Ivyahishuwe 16:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Nca mbona impwemu mbi zitatu zimeze nk’ibikere, ziva mu kanwa ka ca gisato, n’aka ca gikoko, n’aka wa muvugishwa w’ibinyoma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Kandi mbona mu kanwa ka ca gisato no mu kanwa ka ca gikōko no mu kanwa ka wa muvugishwa w’ibinyoma, havamw’ impwemu zitatu zihumanya, zisa n’ibikere: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |