Ivyahishuwe 14:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mu nyuma haza umumarayika agira gatatu, na we akurikira avuga n’ijwi rirenga ati: “Nihagira uwusenga ca gikoko n’igishushanyo caco, canke akemera gushirwako ca kimenyetso caco mu ruhanga canke mu kiganza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umumarayika wundi wa gatatu akurikirirako, avuga n’ijwi rirenga, ati Ni hagira umuntu asenga ca gikōko n’igishushanyo caco, akemera gushirwakw ikimenyetso mu ruhanga canke ku kiganza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |