Ivyahishuwe 14:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Hanyuma uwundi mumarayika agira kabiri aca akurikira uwo wa mbere avuga ati: “Kirasenyutse! Kirasenyutse Babiloni, igisagara gihambaye, canywesheje amahanga yose ku muvinyu w’ubusambanyi bwaco bukomeye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umumarayika wundi wa kabiri akurikirirako, ati Kirakomvomvotse, kirakomvomvotse, Babuloni, ca gisagara gihambaye, cateretse amahanga yose vino ni yo burake bg’ubushakanyi bgaco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |