Ivyahishuwe 14:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Avuga n’ijwi rirenga ati: “Mutinye Imana kandi muyihe icubahiro, kuko igihe cayo co guca imanza kirashitse. Musenge iyaremye ijuru n’isi, ibiyaga n’amasoko y’amazi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Avuga n’ijwi rirenga, ati Mwubahe Imana, muyihimbaze, kukw igihe c’amateka yayo gishitse, musenge iyaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasōko y’amazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |