Ivyahishuwe 14:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Abo ni bo batandujwe n’abagore, ariko bazigamye ukwera kwabo, bakurikira wa Mwagazi aho aja hose. Bacunguwe bakuwe mu bantu, kugira ngo bashikanirwe Imana na wa Mwagazi nk’ivyeze ubwa mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Abo ni bo batandujwe n’icitwa umugore, kuko bābaye nk’inkumi. Abo ni bo bakurikira wa Mwagazi ah’ aja hose. Abo bācunguwe mu bantu, kugira ngo babe umushuzo ku Mana no kuri wa Mwagazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |