Ivyahishuwe 14:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Umwotsi w’ukubabazwa kwabo uzokwama upfunduka ibihe vyose. Abazosenga ico gikoko n’igishushanyo caco, canke abazokwemera gushirwako ikimenyetso c’izina ryaco, nta gahengwe bazogira haba mw’ijoro canke ku murango.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Umwotsi wo kubabazwa kwabo upfunduka ibihe bitazoshira, kandi ntibaruhuka ku murango no mw ijoro, abasenze ca gikōko n’igishushanyo caco, umuntu wese yemeye gushirwakw ikimenyetso c’izina ryaco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |