Ivyahishuwe 13:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ca gikoko gica cemererwa kuvuga amajambo y’ubwibone yo gucokora Imana, congera gihabwa n’uburenganzira bwo kumara amezi mirongo ine n’abiri gikora ivyo kigomba vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Gihabga akanwa kavuga ibihambaye n’ivyo kurogota: gihabga n’ubushobozi bgo gushishikara amezi mirongwine n’abiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |