Ivyahishuwe 13:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kubera ubwo bubasha cahawe bwo gukora ibimenyetso n’ibitangaza ku bwa ca gikoko ca mbere, kizimiza ababa kw’isi. Gitegeka ababa kw’isi gukora igishushanyo ca ca gikoko ca mbere cari carakomerekejwe cane n’inkota, ariko kigakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kizimirisha ababa kw isi ibimenyetso cahawe gukorera mu maso ya ca gikōko, kibarira ababa kw isi gukora igishushanyo ca ca gikōko cari n’uruguma rw’inkota, kigahava kikabaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |