Ivyahishuwe 13:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Gica gikora ibimenyetso n’ibitangaza bihambaye, mbere kikamanura n’umuriro ukava kw’ijuru ugakorokera kw’isi abantu bose barorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Kandi gikora ibimenyetso bihambaye, kimanura umuriro uva mw ijuru utibukira kw isi mu maso y’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |