Ivyahishuwe 12:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Wa mugore aca ahabwa amababa nk’ay’inkona nini kugira ngo agurukire mu kibanza yateguriwe mu bugararwa ngo ahamare imyaka itatu n’igice agaburirirwayo, kure ya ca kiyoka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Umugore ahabga amababa abiri y’inkukuma nini, kugira ngw agurukire mu bugaragwa ahantu hiwe, ah’ agaburirirwa igihe n’ibihe n’igice c’igihe, arindwa ico kiyoka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |