Ivyahishuwe 11:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Kumara imisi itatu n’igice, abantu bo mu mahanga yose, mu moko yose no mu ndimi zose bazokwihweza imivyimba yabo kandi nta n’umwe bazokwemerera kubahamba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kand’ abo mu moko n’imiryango n’indimi n’amahanga bazorāba imivyimba yabo imisi itatu n’igihimba, ntibazokunda kw iyo mivyimba ihambga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |