Ivyahishuwe 11:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ariko ibaraza ry’inyuma y’urusengero nturipime kuko ni iry’Abanyamahanga. Bazomara amezi mirongo ine n’abiri bahonyanga igisagara cera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Intangaro y’urusengero uyireke, ntuyigere, kuko yahawe abanyamahanga: kandi n’igisagara cera bazogisiribanga amezi mirongwine n’abiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |