Ivyahishuwe 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 bavuga bati: “Turaguhaye icubahiro, Mwami Imana Mushoboravyose, wewe uriho kandi wamyeho, kuko wakiriye ububasha bwawe bukomeye, ugashiraho inganji yawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 bati Turagushimye, Mwami Mana ushobora vyose, uriho kandi wamyeho, kuko wābiriye ububasha bgawe buhambaye, ukima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |