Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyahishuwe 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Rya jwi nari numvise rimvugisha rivuye mw’ijuru, rica rirasubira rimbarira riti: “Genda wakire urya muzingo mutoya w’igitabu wuguruye mu minwe y’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga n’i musozi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Rya jwi numvise rivuye mw ijuru nongera kuryumva rimbarira, riti Genda wābīre igitabo kizinguruye kiri mu kuboko kw’ umumarayika, ahagaze ku kiyaga n’i musozi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyahishuwe 10:8
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yari afise umuzingo w’igitabu mutoya wuguruye mu kiganza ciwe. Aca ashinga ikirenge ciwe c’i buryo ku kiyaga, ic’i bubamfu agishinga i musozi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ