Ivyahishuwe 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 “Ndi Alufa na Omega, Intango n’Iherezo,” ni ko Umwami Imana avuze, “uwuriho, uwamyeho kandi agira aze, Mushoboravyose.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Jewe ndi Alufa na Omega, ni k’Umwami Imana igize, iriho, kandi yamyeho, kand’ igira ize, ni yo ishobora vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |