Ivyahishuwe 1:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Harahiriwe uwusoma aya majambo y’ubuvugishwa, kandi harahiriwe abayumva bakayashirako umutima, kuko igihe kiri hafi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Hahirwa ūsoma, hahirwa n’abumva amajambo y’uku kuvugishwa n’Imana, bakitondera ivyanditswe muri yo: kukw igihe kiri hafi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |