Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyahishuwe 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Umushatsi wiwe warera derere; amaso yiwe yasa n’imbeya z’umuriro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kand’ umutwe wiwe n’umushatsi vyari vyera nk’ubgoya bg’intama y’umwero, canke nka shelegi; n’inyonga ziwe zasa n’imbeya z’umuriro;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyahishuwe 1:14
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu maso hiwe hasa n’umuravyo, kandi impuzu ziwe zarera derere.


Amaso yiwe yasa n’imbeya z’umuriro kandi yari afise ingori nyinshi ku mutwe. Yari afise izina rimwanditseko kandi nta n’umwe ashobora kuritahura atari we nyene.


Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Tuwatira uti: Umwana w’Imana, uwufise amaso aca ibibatsi nk’imbeya z’umuriro, akagira n’ibirenge vyakaka nk’umuringa, aravuga ati.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ