Galatiya 6:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Abagomba kwiyerekana ku bantu mu vy’umubiri, ni bo babagoberera gukebwa, kandi ikintu conyene gituma bakora ivyo ni ukwanka guhamwa bahorwa umusaraba wa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Abagomba bose kwiha igikundiro ku vy’ umubiri ni bo babagōbēra gukebga; nta yindi nyanduruko, n’ukugira ngo ntibahamwe bahōrwa umusaraba wa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |