Galatiya 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ndongeye kandi ndabibabwiye. Nimba mugomba gukebwa kugira ngo mwemerwe n’Imana, mutegerezwa kwitondera no gukurikiza ivyagezwe vya Mose vyose ata na kimwe kivuyemwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi ndabarira umuntu wese akebga, mbishingiye intahe, yukw ari n’umwenda wo kwitondera ivyagezwe vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |