Galatiya 5:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko ivyamwa vya Mpwemu Yera ni ibi: urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, ingeso nziza, kugira neza, ubwizigirwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Arikw ivyo Mpwemu yama n’urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, kugira neza, ingeso nziza, kuba umwizigirwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |