Galatiya 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Nuko rero ntimukiri abagurano, ariko muri abana b’Imana bwite. Kandi ko muri abana b’Imana bwite, Imana yabagize abaragwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ni co gituma utakir’ umugurano, arik’ ur’ umwana wayo; kandi k’ur’ umwana wayo, ur’ umuragwa, ubihawe n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |