Galatiya 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kuko turi abana bayo, Imana yarungitse Mpwemu w’Umwana wayo mu mitima yacu. Ni we Mpwemu atuma dusemerera tuvuga tuti: “Aba, Data.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi kuko mur’ abana bayo, Imana yatumye Mpwemu w’Umwana wayo mu mitima yacu, ataka, ati Abba, Data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |