Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 None rero bene Data, ntituri abana b’umuguranokazi, turi abana b’uwidegemvya!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Nuko bene Data, ntitur’ abana b’incoreke, tur’ aba wa mugore bgite.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:31
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero, Umwana niyabagira abidegemvya, muzoba abidegemvya vy’ukuri.


Handitswe ko Aburahamu yari afise abahungu babiri, umwe ku mugore w’umuguranokazi, uwundi ku mugore yidegemvya.


Ariko Ivyanditswe bivuga iki? Bivuga ngo: “Irukana urya muguranokazi, kuko umuhungu wiwe atazosangira iragi n’umwana w’umugore yidegemvya.”


Kristo yatubohoye kugira ngo aduhe umwidegemvyo. Hagarara mushikamye rero, ntimwongere kwemera umuntu n’umwe asubira kubaremereza imitwaro y’ubuja bw’ivyagezwe.


Bene Data, mwebwe mwahamagariwe kwidegemvya. Ariko uwo mwidegemvyo ntubatere kurondera guhaza ivyipfuzo vya kamere k’icaha. Ahubwo urukundo rukwiye gutuma mukorera bagenzi banyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ