Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Ariko Ivyanditswe bivuga iki? Bivuga ngo: “Irukana urya muguranokazi, kuko umuhungu wiwe atazosangira iragi n’umwana w’umugore yidegemvya.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Ivyanditswe bivuga iki? Bit’ Irukana incoreke n’umwana wayo, kuk’ umwana w’incoreke atazoraganwa n’umwana w’umugore bgite.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:30
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi umugurano ntafise ikibanza gihoraho mu muryango, ariko umwana yama ari uwo mu muryago wiwe.


Imana ntiyahevye abantu bayo yatoranije kuva kera. Mbega murazi ico Ivyanditswe Vyera bivuga kuri ivyo? Uwavugishwa n’Imana Eliya yareze Abisirayeli ku Mana ati:


Ivyanditswe Vyera bivuga iki? Bivuga ko, “Aburahamu yizeye Imana, hanyuma ukwo kwizera kwiwe gutuma Imana imwemera nk’umugororotsi.”


Ariko Ivyanditswe bivuga ko isi yose ari imbohe y’icaha, ariko ko turonka isezerano ry’Imana riduha umwidegemvyo mu kwizera Yesu Kristo.


Ivyanditswe vyari vyarerekanye ko Imana izokwemera Abanyamahanga nk’abagororotsi biciye mu kwizera, ica ibwira inkuru nziza Aburahamu imbere y’igihe iti: “Muri wewe ni ho amahanga yose azohererwa umugisha.”


Handitswe ko Aburahamu yari afise abahungu babiri, umwe ku mugore w’umuguranokazi, uwundi ku mugore yidegemvya.


None rero bene Data, ntituri abana b’umuguranokazi, turi abana b’uwidegemvya!


Canke mwibaza ko Ivyanditswe bibesha iyo bivuga ko Imana itwiyegerezanya ishaka ryo kutwiganzira rwose kubera Mpwemu wayo yadushizemwo?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ