Galatiya 4:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Ico gihe uwavutse kubera gushaka kw’umubiri yarahamye uwavutse mu bubasha bwa Mpwemu. N’ubu ni ko bimeze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ariko nk’ukw ico gihe uwavyawe mu buryo bg’umubiri yahama uwavyawe mu buryo bga Mpwemu, na none ni ko biri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |