Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Kuko handitswe ngo: “Nezerwa, mugore w’ingumba, wewe utavyaye abana; turikisha usemerere n’umunezero, wewe utigeze utera ibise; kuko abana b’umugore w’intabwa bazoba benshi gusumba ab’uwufise umugabo.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Kuko handitswe, ngo Nezerwa, yewe mugore w’ingumba utavyara, Turika, usemerere, wewe utaramukwa, Kukw abana b’intābga ari benshi, baruta ab’ ūfise umugabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:27
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bana banje nkunda, abo nama ndiko ndatera ibise n’ubu kuzoshika igihe Kristo azogaragarira neza muri mwebwe,


Umupfakazi atagira ic’epfo ca ruguru, asigaye ari wenyene, ashira ivyizigiro vyiwe mu Mana, akama ayisenga ijoro n’umurango kugira ngo imufashe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ