Galatiya 4:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ivyo twobifatirako ikigereranyo: abo bagore babiri bagereranywa n’amasezerano abiri. Isezerano rimwe ryavuye ku musozi Sinayi, rivamwo abana bavukira kuba abagurano: Uwo ni Hagari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ivyo ni nk’umugani. Kukw abo bagore ari nk’amasezerano abiri, rimwe ryavuye ku musozi Sinayi, rivyara abo kuguma mu buja, iryo ni Hagari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |