Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Uwavutse ku muguranokazi yavutse kubera ugushaka kw’umubiri, ariko uwavutse ku mugore yidegemvya yavutse kubera isezerano ry’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Uwo ku ncoreke yavyawe mu buryo bg’umubiri; uwo ku mugore bgite yavyawe kubg’ isezerano.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:23
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “Ijambo riri hafi yawe; mbere riri mu kanwa kawe no mu mutima wawe.” Iryo jambo ni bwo Butumwa bwo kwizera tuvuga.


Handitswe ko Aburahamu yari afise abahungu babiri, umwe ku mugore w’umuguranokazi, uwundi ku mugore yidegemvya.


Ukwizera ni kwo kwatumye Sara ashobora gusama inda, naho yari ingumba kandi abakaba yari ashaje cane. Yizeye ko Imana yasezeranye ari umwizigirwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ