Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Handitswe ko Aburahamu yari afise abahungu babiri, umwe ku mugore w’umuguranokazi, uwundi ku mugore yidegemvya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Kuko vyanditswe yuko Aburahamu yar’ afise abahungu babiri, umwe ar’ uwo ku ncoreke, uwundi ar’ uwo ku mugore bgite.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:22
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwavutse ku muguranokazi yavutse kubera ugushaka kw’umubiri, ariko uwavutse ku mugore yidegemvya yavutse kubera isezerano ry’Imana.


Ariko Ivyanditswe bivuga iki? Bivuga ngo: “Irukana urya muguranokazi, kuko umuhungu wiwe atazosangira iragi n’umwana w’umugore yidegemvya.”


None rero bene Data, ntituri abana b’umuguranokazi, turi abana b’uwidegemvya!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ