Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 ese iyo mba nari kumwe namwe ngashobora kworosha ijwi ryanje, kuko ivyanyu ndabuze n’ingene ndabifata!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Kandi nagomba gushikīrana namwe aka kanya, no kworosha ijwi, kukw ivyanyu binzazaniye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:20
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kuko Herode yatinya Yohana akamukingira. Yari amuzi nk’umuntu w’umugororotsi kandi w’intungane. Igihe cose yamwumviriza, ivyiwe vyaramubuza amahoro, ariko kandi agakunda kumwumviriza.


Dushikirwa n’ingorane z’ubwoko bwose, ariko turi bazima. Turakehanirwa ariko ntiducika intege.


Mbega ni gute twoshimira Imana bikwiye umunezero dufise ku bwanyu?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ