Galatiya 4:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kugira ishaka ryo kubakorera ivyiza, ni vyiza mu gihe intumbero ari nziza, ariko baze bame bameze gutyo ntibabikore gusa mu gihe ndi kumwe namwe honyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Mugabo, ni vyiza kugirira ivyiza ishaka ibihe vyose, atar’ igihe turi kumwe gusa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |