Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ndabinginze bene Data ngo mumere nkanje mu kwidegemvya kuri ivyo bintu, nk’uko nanje nabaye nkamwe abanyamahanga mu kutaganzwa n’ivyagezwe. Nta kibi mwigeze munkorera aho naza kubigisha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ndabinginze, bene Data, mumere nkanje, kuko nanje mmeze nkamwe. Nta nabi mwangiriye,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:12
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko bumvise ko wigisha Abayuda bose baba mu Banyamahanga ngo bave mu vyagezwe vya Mose, kandi ngo ntibakebe abana babo, canke ngo babeho nk’uko imigenzo y’Abayuda ibitegeka.


Nimba hariho uwabateye umubabaro, si jewe yabikoreye, ni mwebwe mwese yabikoreye, canke bamwe muri mwebwe, kandi aha sindengeje urugero.


Bagenzi b’i Korinto, twababwiranye umutima utagira uburyarya, kandi twabugururiye imitima yacu.


None rero ndababwiye nk’abana banje ngo mwakire urukundo rwacu, mutwugururire imitima yanyu.


Maze kubona ko batariko bakorera mu kuri kw’Ubutumwa Bwiza, nabwiye Kefa imbere y’abari aho bose nti: “Nimba wewe Umuyuda, wahevye imigenzo y’Abayuda ukabaho nk’Umunyamahanga, ni kuki ugoberera Abanyamahanga gukurikiza imigenzo y’Abayuda?


Ndatinya ko kumbure ivyo nakoze vyose muri mwebwe vyapfuye ubusa.


Nk’uko mubizi icatumye ndababwira Ubutumwa Bwiza ubwa mbere ni uko nari ndwaye mu mubiri.


Ariko jewe sinkagire ikindi nishimira atari umusaraba w’Umwami wacu Yesu Kristo. Ku bw’uwo, kuri jewe isi irabambwe, kandi nanje kuri yo ndabambwe.


Bene Data nkunda, ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane n’impwemu yanyu. Amen.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ