Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 4:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Mugomba kurondera ukwemerwa n’Imana mu kwubahiriza imisi mikuru, amezi, ibihe n’imyaka?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Muziririza imisi n’amezi n’ibihe n’imyaka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 4:10
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

No ku vyerekeye imisi, hari uwiyumvira ko hari umusi wejejwe kuruta iyindi, uwundi akiyumvira ko yose ingana ku bijanye no gusenga Imana. Umuntu wese akwiye kumenya neza ivyo yizera ku giti ciwe.


Ndatinya ko kumbure ivyo nakoze vyose muri mwebwe vyapfuye ubusa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ