Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Na Aburahamu na we “yizeye Imana, bituma imwemera nk’umugororotsi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Nk’uko Aburahamu yizeye Imana, akabiharūrwako nk’ukugororoka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 3:6
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ahubwo natwe ni ayacu kuko twizeye uwazuye Umwami wacu Yesu amukuye mu bapfuye.


Nuko rero abizera Imana bose nk’uko Aburahamu yayizeye bahezagirwa co kimwe na we.


Hanyuma Ivyanditswe bivuga ngo: “Aburahamu yizeye Imana bituma imwemera nk’umugororotsi,” birashitswa mbere aca yitwa umukunzi w’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ