Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Mbega mwakabaye muri ibijuju gutyo? Mwahereye mu vy’Impwemu none ubu muriko mugerageza kuba abagororotse rwose mukoresheje ivy’umubiri?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Mbega mwakabaye mur’ ibijuju murtyo? Mwatanguye mu vya Mpwemu, mbega none musozereye mu vy’umubiri?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 3:3
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Rero, hariho ikintu kimwe conyene ngomba kumenya: Mbega mwahawe Mpwemu Yera kubera mwitondeye ivyagezwe vya Mose? Canke ni kubera mwizeye Ubutumwa Bwiza bwa Kristo mwumvise?


Mbega imibabaro yose mwaciyemwo, yari iy’ubusa? Haba na mba ntiyari iy’ubusa.


Hari ibibanza bibiri mw’ihema. Mu kibanza ca mbere harimwo igiterekwako amatara, imeza hamwe n’imikate yashikaniwe Imana. Ico kibanza citwa Ahera h’ahera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ