Galatiya 3:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko Ivyanditswe bivuga ko isi yose ari imbohe y’icaha, ariko ko turonka isezerano ry’Imana riduha umwidegemvyo mu kwizera Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Arikw ivyanditswe bivuga yuko vyose vyugaranywe ngo biganzwe n’icaha, kugira ngw abizera bahabge ivyasezeranywe biheshwa no kwizera Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |