Galatiya 3:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ico ngomba kubabwira aha ni iki? Nuko isezerano Imana yagiraniye na Aburahamu ritashoboye gukurwaho n’inyuma y’imyaka amajana ane na mirongo itatu igihe Imana yaha Mose ivyagezwe. Imana yari kuba irenze amasezerano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Arikw ico mvuze n’iki: isezerano ryabanje gushingwa n’Imana, ivyagezwe vyaje hashize imyaka amajana ane na mirongwitatu, ntivyorikūraho ngo bihindure ubusa iryo sezerano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |