Galatiya 3:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Yaradukijije kugira ngo umugisha wahawe Aburahamu ushikire Abanyamahanga biciye muri Kristo Yesu, kandi kugira ngo biciye mu kwizera turonke Mpwemu Yera yasezeranywe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 kugira ng’umugisha wa Aburahamu ushike ku banyamahanga, bawuheshejwe na Yesu Kristo, kugira ng’ukwizera kuturonkeshe Mpwemu twasezeraniwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |