Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 3:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ivyagezwe ntibihagaze ku kwizera, ariko bivuga biti: “Uwuzokora ivyo ivyagezwe vyose bibwiriza azobeshwaho na vyo.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Arikw ivyagezwe ntibiva ku kwizera, yamara ng’Ūzovyitondera ni vyo bizomubeshaho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 3:12
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Ni kuki umbaza ivyerekeye iciza? Umwiza ni umwe. Nimba ugomba kwinjira mu bugingo, kurikiza amabwirizwa.”


Ivyo vyavuye ku buntu bw’Imana gusa, ntivyavuye ku bikorwa vyiza bakoze. Kuko, iyo biba vyavuye ku bikorwa vyiza bakoze, ubuntu bw’Imana ntibwoba bukibaye ubuntu vy’ukuri.


Nimba isezerano ari iry’abumvira ivyagezwe gusa, rero ukwizera nta co kumaze kandi n’isezerano ry’Imana nta gaciro rifise.


Nuko rero, isezerano ryatanzwe kubera ukwizera kugira ngo bigaragare ko ari ingabire Imana itanga ku buntu, kandi ko rigenewe abakomoka kuri Aburahamu bose, baba abubahiriza ivyagezwe canke abizera nk’uko yizera, kuko Aburahamu ari we sekuruza w’abizera bose.


Maze nsanga ibwirizwa ryo mu vyagezwe, ryonshikanye ku bugingo rinzaniye urupfu rwo mu buryo bw’impwemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ