Galatiya 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mbega mwa Bagalatiya b’ibijuju, ni nde yabaroze? Ndazi neza ko ivy’urupfu rwa Yesu Kristo mwabishikirijwe neza nk’aho mwamwiboneye abambwe ku musaraba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Yemwe Bagalatiya b’ibijuju, ni nde yabaroze, kand’ ari mwebge mweretswe Yesu Kristo abambge, mu maso yanyu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |