Galatiya 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kuko uko Imana yariko ikorera muri Petero nk’intumwa mu Bayuda ni ko yariko ikorera muri jewe nk’intumwa mu Banyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kukw Iyashoboje Petero gutumwa ku bākebge, ari yo yanshoboje nanje gutumwa ku banyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |