Galatiya 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Abarongozi b’imbere mw’ishengero nta co bari bafise bongera ku butumwa navuga. Kandi icubahiro cabo nta co cari kimbariye, kuko nzi ko Imana itarobanura abantu ku butoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Arikw abashimwa kw ari bakuru — uko bari bameze ubga mbere simbibabaye, kubganje vyose ni bimwe, Imana ntirobanura abantu ku cubahiro — abo bashimwa nta co bānyongerereje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |