Galatiya 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ntitwigeze tubibemerera n’akanya isase, kugira ngo ukuri kw’Ubutumwa Bwiza kuzigamwe ku bwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Abo ntitwabumviye na gatoya ngo tuganzwe na bo; kugira ng’ ukuri kw’ubutumwa bgiza kugume muri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |