Galatiya 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ivyerekeye ugukebwa vyazanywe n’abiyita abizera kandi atari bo, banyegeteye muri twebwe mu mpisho, bazanywe no kuraba umwidegemvyo dufise muri Kristo Yesu kugira ngo bishobotse bongere kuduhindura abaja b’imigenzo y’idini ry’Abayuda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kand’ ari co coshimishije abīgira bene Data bānyegetejwe mw ishengero, binjiye mu mpisho ngo batate ukwidegemvya kwacu dufise muri Kristo Yesu, kugira ngo badushire mu buja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |