Galatiya 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nagiyeyo kubera ko Imana yari yampishuriye ko nkwiye kujayo. Nshitseyo, nabonanye mu mwiherero na bamwe mu barongozi b’ishengero b’imbere, ndabamenyesha Ubutumwa nigisha mu Banyamahanga. Nashaka kumenya neza ko igikorwa nakoze muri kahise n’ico ndiko ndakora ubu bitari ivy’ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kandi nadūzeyo kubgo guhishurirwa, mbashira imbere ubutumwa bgiza mvuga mu banyamahanga, ariko mbushira imbere y’abashimwa twiherereye, ngo sinirukire ubusa, canke simbe narirukiye ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |