Galatiya 2:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ariko nimba turondera kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi biciye mu kwizera Kristo, maze tukagaragara nk’abanyavyaha kuko twahevye ivyagezwe; mbega bisigura ko Kristo abaye umukozi w’icaha? Haba na mba! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ariko namba twabonetse ko tur’ abanyavyaha, hamwe twarondera gutsindanishirizwa no kuba muri Kristo, mbega Kristo n’umukozi agabura icaha? Eka na mba! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |