Galatiya 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Maze kubona ko batariko bakorera mu kuri kw’Ubutumwa Bwiza, nabwiye Kefa imbere y’abari aho bose nti: “Nimba wewe Umuyuda, wahevye imigenzo y’Abayuda ukabaho nk’Umunyamahanga, ni kuki ugoberera Abanyamahanga gukurikiza imigenzo y’Abayuda? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ariko mbonye badaca mu nzira igororotse, nk’uk’ ukuri kw’ubutumwa bgiza kuri, mbaririra Kefa imbere ya bose, nti Ko wewe witondera ingeso z’abanyamahanga, zitar’ iz’ Abayuda, kand’ ur’ Umuyuda, ugōbēra ute abanyamahanga kuba nk’Abayuda? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |