Galatiya 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Agishika, yasangira n’Abanyamahanga, batari barakebwe. Ariko abantu barungitswe na Yakobo bashitse, aca atangura kwigira kure kubera gutinya abo bo mu mugwi w’abakebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kukw abāvuye kwa Yakobo batarashikayo yasangira n’abanyamahanga; ariko bashitseyo, ariyonjorora, arabanēna, kukw atinye abo mu bākebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |