Galatiya 2:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Hanyuma, haciye imyaka cumi n’ine, naciye nsubira ndaduga i Yerusalemu, ariko ico gihe twari kumwe na Baranaba, kandi na Tito twarajanye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Maze hahise imyaka cumi n’ine, nongera kudūgana na Barunaba, kandi na Tito ndamujana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |