Galatiya 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nk’uko twabivuze ubwa mbere, n’ubu ndabisubiyemwo: umuntu wese yobabwira ubutumwa butandukanye n’ubwo mwakiriye, umuvumo w’Imana ube kuri we! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Nk’uko twāvuze ubga mbere, na none nongeye kubivuga, nti Ni hagira umuntu ababarira ubutumwa bunyuranye n’ubgo mwemeye, arakavumwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |